ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 41
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 41:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:7; Zb 112:9; Img 14:21; 22:9
  • +Zb 37:39

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2010, rup. 22-23

    15/6/2006, rup. 14-15

Zaburi 41:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:20; Yr 45:5
  • +Zb 128:1; Mt 5:7; Lk 1:48
  • +Zb 27:12; 2Pt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2015, rup. 24

Zaburi 41:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:5; Zb 103:3
  • +Fp 2:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2015, rup. 24-25

    15/9/2008, rup. 5, 10-11

    1/9/2003, rup. 15

Zaburi 41:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:5; 51:1
  • +Zb 6:2; 38:3; 147:3; Img 28:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2015, rup. 24-25

Zaburi 41:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:8

Zaburi 41:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:2; Img 26:24
  • +Mt 26:61

Zaburi 41:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:28; Rm 1:29; 2Kr 12:20
  • +Zb 31:13; 56:5

Zaburi 41:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 101:3
  • +Zb 3:2; 71:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 5

Zaburi 41:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:12; Yb 19:19; Zb 55:13
  • +Ob 7
  • +Mr 14:18; Yoh 13:18, 26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 13

    15/9/2008, rup. 5

Zaburi 41:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 57:1
  • +Zb 18:37

Zaburi 41:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:8; 124:6; Yr 20:13

Zaburi 41:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:1; Zb 25:21; Img 2:7; 10:29
  • +Zb 34:15; 140:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2008, rup. 6

    15/9/2008, rup. 5

Zaburi 41:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:10; Lk 1:68
  • +1Ng 16:36; Ivh 7:12
  • +Zb 72:19; 1Kr 14:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 41:1Gus 15:7; Zb 112:9; Img 14:21; 22:9
Zab. 41:1Zb 37:39
Zab. 41:2Zb 145:20; Yr 45:5
Zab. 41:2Zb 128:1; Mt 5:7; Lk 1:48
Zab. 41:2Zb 27:12; 2Pt 2:9
Zab. 41:32Bm 20:5; Zb 103:3
Zab. 41:3Fp 2:27
Zab. 41:4Zb 32:5; 51:1
Zab. 41:4Zb 6:2; 38:3; 147:3; Img 28:13
Zab. 41:5Zb 102:8
Zab. 41:6Zb 12:2; Img 26:24
Zab. 41:6Mt 26:61
Zab. 41:7Img 16:28; Rm 1:29; 2Kr 12:20
Zab. 41:7Zb 31:13; 56:5
Zab. 41:8Zb 101:3
Zab. 41:8Zb 3:2; 71:11
Zab. 41:92Sm 15:12; Yb 19:19; Zb 55:13
Zab. 41:9Ob 7
Zab. 41:9Mr 14:18; Yoh 13:18, 26
Zab. 41:10Zb 57:1
Zab. 41:10Zb 18:37
Zab. 41:11Zb 31:8; 124:6; Yr 20:13
Zab. 41:12Yb 1:1; Zb 25:21; Img 2:7; 10:29
Zab. 41:12Zb 34:15; 140:13
Zab. 41:131Ng 29:10; Lk 1:68
Zab. 41:131Ng 16:36; Ivh 7:12
Zab. 41:13Zb 72:19; 1Kr 14:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 41:1-13

Zaburi

Ku muyobozi. Agahibongozo ka Dawidi.

41 Hahiriwe uwitwararika umuntu mutoyi+.

Ku musi w’ivyago Yehova azomukiza+.

 2 Yehova ubwiwe azomurinda, amuzigamire ubuzima+.

Azokwitwa umuhirwe mw’isi+;

Kandi ntiwoshobora kumuha abansi biwe ngo bamugire uko bagomba+.

 3 Yehova ubwiwe azomushigikira ku busaswa arwariyeko+;

Igitanda ciwe cose ntuzobura kugihindura mu gihe c’indwara yiwe+.

 4 Nayo jewe, navuze nti: “Ewe Yehova, ngirira ubutoni+.

Nkiza, kuko nagucumuyeko+.”

 5 Nayo abansi banje, bavuga ibibi ku binyerekeye+ ngo:

“Azopfa ryari ngo izina ryiwe rizimangane buhere?”

 6 Kandi nihagira uwuza kundaba, ububeshi ni bwo umutima wiwe uzovuga+;

Azorundarunda ibintu bibi;

Azosohoka, abivugire hanze+.

 7 Abanyanka bose barongoreranira bangiriye urunani+;

Baguma bangīra umugambi wo kunkorera ikibi+, ngo:

 8 “Ikintu c’imburakimazi gisutswe kuri we+;

Ubu ko aryamye, ntazokwongera guhaguruka+.”

 9 Kandi umuntu yabana amahoro nanje, uwo nari nizigiye+,

Uwarya ku mukate wanje+, andugirije igitsintsiri+.

10 Nayo wewe, ewe Yehova, ngirira ubutoni umpagurutse+,

Kugira ngo ndabishure+.

11 Iki ni co menyerako yuko wahimbawe nanje,

Ni uko umwansi wanje atiha akaruru k’intsinzi anyigambako+.

12 Nayo jewe, kubera ugutungana kwanje waranshigikiye+,

Kandi uzonshira imbere y’amaso yawe gushika igihe kitagira urugero+.

13 Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+

Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero+.

Amen kandi Amen+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika