ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 67
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 67:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:9; 2Kr 13:14; Ef 1:3
  • +Gh 6:25; Zb 4:6; 31:16; 119:135; Img 16:15

Zaburi 67:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 8:17; Zb 98:2; Rm 10:18; Kl 1:23
  • +Zb 66:1; 98:2; Yes 49:6; Lk 2:30; Ivk 28:28; Tt 2:11

Zaburi 67:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 138:4; 142:7
  • +Zb 44:8

Zaburi 67:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:43; Yes 42:10; Rm 15:10
  • +Zb 9:8; 96:10; 98:9; Rm 2:5

Zaburi 67:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:17
  • +Zb 108:3; Yes 38:19

Zaburi 67:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:4; Zb 85:12; Yes 30:23; Ezk 34:27
  • +It 17:7; Zb 48:14; Yr 31:1

Zaburi 67:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 10:22
  • +Zb 22:27; Ivh 15:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 67:1Zb 28:9; 2Kr 13:14; Ef 1:3
Zab. 67:1Gh 6:25; Zb 4:6; 31:16; 119:135; Img 16:15
Zab. 67:2Est 8:17; Zb 98:2; Rm 10:18; Kl 1:23
Zab. 67:2Zb 66:1; 98:2; Yes 49:6; Lk 2:30; Ivk 28:28; Tt 2:11
Zab. 67:3Zb 138:4; 142:7
Zab. 67:3Zb 44:8
Zab. 67:4Gus 32:43; Yes 42:10; Rm 15:10
Zab. 67:4Zb 9:8; 96:10; 98:9; Rm 2:5
Zab. 67:5Zb 45:17
Zab. 67:5Zb 108:3; Yes 38:19
Zab. 67:6Lw 26:4; Zb 85:12; Yes 30:23; Ezk 34:27
Zab. 67:6It 17:7; Zb 48:14; Yr 31:1
Zab. 67:7Img 10:22
Zab. 67:7Zb 22:27; Ivh 15:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 67:1-7

Zaburi

Ku muyobozi, ku bicurarangisho vy’imirya. Agahibongozo, ururirimbo.

67 Imana ubwayo izotugirira ubutoni kandi iduhezagire+;

Izotuma mu maso hayo hakayanganira kuri twebwe+—Sela—

 2 Kugira ngo inzira yawe imenyekane mw’isi+,

Ubukiriro bwawe bumenyekane no mu mahanga yose+.

 3 Ibisata vy’abantu nibiguhaye, ewe Mana+!

Ibisata vy’abantu, vyose hamwe, nibiguhaye+.

 4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,

Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;

Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela.

 5 Ibisata vy’abantu nibiguhaye, ewe Mana+;

Ibisata vy’abantu, vyose hamwe, nibiguhaye+.

 6 Isi ubwayo ntizobura gutanga umwimbu wayo+;

Imana, Imana yacu, izoduhezagira+.

 7 Imana izoduhezagira+,

Kandi impera zose z’isi zizoyitinya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika