ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 90
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 90:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 8

Zaburi 90:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:27; Zb 91:1; Ivh 21:3
  • +Zb 89:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 19-23

    1/7/2010, rup. 28

    1/12/2001, rup. 9

Zaburi 90:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 8:26
  • +It 1:1; Zb 146:6
  • +1Sm 2:8; 1Ng 16:30; Zb 89:11; Yr 10:12
  • +Zb 93:2; Yes 40:28; 45:22; Yr 10:10; Hab 1:12; 1Tm 1:17; Ivh 1:8; 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2015, rup. 13

    1/7/2010, rup. 28

    1/12/2001, rup. 9

Zaburi 90:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 3:20
  • +It 3:19; Zb 104:29; 146:4; Ums 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 9-10

Zaburi 90:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 3:8
  • +Lk 12:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 9-10

Zaburi 90:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 9:25; 27:21
  • +Yoh 11:11; Ivk 7:60; 1Kr 15:20; 2Pt 3:4
  • +Zb 103:15; Yes 40:6; 51:12; 1Pt 1:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10

Zaburi 90:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:2
  • +Zb 92:7; Yak 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10

Zaburi 90:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 17:12; Gus 32:22
  • +Rm 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10-11

Zaburi 90:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:39; Zb 50:21; Yr 16:17
  • +Zb 19:12; Img 24:12; Heb 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10-11

Zaburi 90:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:33
  • +Zb 39:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10-11

Zaburi 90:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:4
  • +2Sm 19:35; Lk 2:37
  • +Ums 12:3
  • +Yb 14:10; Zb 78:39; Lk 12:20; Yak 4:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 11

Zaburi 90:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:23; Hab 3:12
  • +Yes 33:14; Lk 12:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 11

Zaburi 90:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:29; Zb 39:4
  • +Zb 51:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 13

    1/5/2005, rup. 32

    15/11/2002, rup. 21

    1/12/2001, rup. 11

    1/12/1999, rup. 13

    1/9/1999, rup. 27-28

Zaburi 90:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:4
  • +Zb 89:46
  • +Kv 32:14; Gus 13:17; 32:36; Zb 135:14; Am 7:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 11-12

Zaburi 90:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:7; 51:1; 63:3; 85:7
  • +Zb 86:4; 149:2; Fp 4:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 11-12

Zaburi 90:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:5; 126:5; Mt 5:4; Yoh 16:20
  • +Gus 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 12

Zaburi 90:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:1
  • +Gh 14:31; Yos 23:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 12

Zaburi 90:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:4
  • +Zb 68:28; 118:25; Yes 26:12
  • +Zb 127:1; Img 16:3; 1Kr 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 13

    1/12/2001, rup. 12-13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 90:akajambo k’intangamararaGus 33:1
Zab. 90:1Gus 33:27; Zb 91:1; Ivh 21:3
Zab. 90:1Zb 89:1
Zab. 90:2Img 8:26
Zab. 90:2It 1:1; Zb 146:6
Zab. 90:21Sm 2:8; 1Ng 16:30; Zb 89:11; Yr 10:12
Zab. 90:2Zb 93:2; Yes 40:28; 45:22; Yr 10:10; Hab 1:12; 1Tm 1:17; Ivh 1:8; 15:3
Zab. 90:3Ums 3:20
Zab. 90:3It 3:19; Zb 104:29; 146:4; Ums 12:7
Zab. 90:42Pt 3:8
Zab. 90:4Lk 12:38
Zab. 90:5Yb 9:25; 27:21
Zab. 90:5Yoh 11:11; Ivk 7:60; 1Kr 15:20; 2Pt 3:4
Zab. 90:5Zb 103:15; Yes 40:6; 51:12; 1Pt 1:24
Zab. 90:6Yb 14:2
Zab. 90:6Zb 92:7; Yak 1:11
Zab. 90:7Gh 17:12; Gus 32:22
Zab. 90:7Rm 2:8
Zab. 90:8Lw 26:39; Zb 50:21; Yr 16:17
Zab. 90:8Zb 19:12; Img 24:12; Heb 4:13
Zab. 90:9Zb 78:33
Zab. 90:9Zb 39:5
Zab. 90:102Sm 5:4
Zab. 90:102Sm 19:35; Lk 2:37
Zab. 90:10Ums 12:3
Zab. 90:10Yb 14:10; Zb 78:39; Lk 12:20; Yak 4:14
Zab. 90:11Gus 29:23; Hab 3:12
Zab. 90:11Yes 33:14; Lk 12:5
Zab. 90:12Gus 32:29; Zb 39:4
Zab. 90:12Zb 51:6
Zab. 90:13Zb 6:4
Zab. 90:13Zb 89:46
Zab. 90:13Kv 32:14; Gus 13:17; 32:36; Zb 135:14; Am 7:3
Zab. 90:14Zb 36:7; 51:1; 63:3; 85:7
Zab. 90:14Zb 86:4; 149:2; Fp 4:4
Zab. 90:15Zb 30:5; 126:5; Mt 5:4; Yoh 16:20
Zab. 90:15Gus 2:14
Zab. 90:16Zb 44:1
Zab. 90:16Gh 14:31; Yos 23:14
Zab. 90:17Zb 27:4
Zab. 90:17Zb 68:28; 118:25; Yes 26:12
Zab. 90:17Zb 127:1; Img 16:3; 1Kr 3:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 90:1-17

Zaburi

IGITABU CA KANE

(Zaburi 90 – 106)

Isengesho rya Musa, wa muntu w’Imana y’ukuri+.

90 Ewe Yehova, wewe ubwawe watubereye ahantu nyakuri ho kuba+

Iyaruka ku rindi+.

 2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,

Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,

Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+.

 3 Utuma umuntu buntu asubira mu mukungugu+,

Ukavuga uti: “Nimusubireyo, mwebwe bana b’abantu+.”

 4 Kuko imyaka igihumbi mu maso yawe ari nk’ejo hahise+,

Nk’iterama mw’ijoro+.

 5 Warabakukumuye+; bacika itiro risa+;

Mu gitondo bameze nk’ivyatsi bitoto bihinduka+.

 6 Mu gitondo birashurika, bigategerezwa guhinduka+;

Ku mugoroba birakabirana, bikuma ata gisivya+.

 7 Kuko mw’ishavu ryawe turangiye+,

Kandi duhagaritswe umutima n’ubushangashirwe bwawe+.

 8 Washize amakosa yacu imbere yawe+,

Ibinyegejwe vyacu ubishira imbere yo mu maso hawe hakaka+.

 9 Kuko imisi yacu yose iyonze kubera uburake bwawe+;

Turangije imyaka yacu nk’ubwongoshwe+.

10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;

Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,

Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;

Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+.

11 Ni nde azi inkomezi z’ishavu ryawe+

N’uburake bwawe hisunzwe ukugutinya+?

12 Twereke ingene duharura imisi yacu mu buryo butuma+

Turonka umutima w’ubukerebutsi+.

13 Nugaruke, Yehova we+! Bizogeza ryari+?

Niwicuze ku bijanye n’abasavyi bawe+.

14 Mu gitondo nuduhaze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,

Kugira ngo twihe akamo k’umunezero, tunezerwe mu misi yacu yose+.

15 Nutume tunezerwa ibihwanye n’imisi waduteje amarushwa+,

Imyaka twabonye ivyago+.

16 Igikorwa cawe nikiboneke imbere y’abasavyi bawe+,

Ubwiza bwakaka bwawe na bwo ku bana babo+.

17 Ubwiza bwa Yehova Imana yacu nibube kuri twebwe+,

Kandi igikorwa c’amaboko yacu ugishimangire kuri twebwe+.

Egome, igikorwa c’amaboko yacu, nugishimangire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika