ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yoweli 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yoweli 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 1:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2007, rup. 12

Yoweli 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:1; Am 3:1
  • +Yw 2:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 14

Yoweli 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:14; 13:14; Gus 6:7; 29:22; Zb 78:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 14

Yoweli 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:15; Gus 28:38; Am 4:9
  • +Yw 2:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 14-15

Yoweli 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:1; Am 6:6; Lk 21:34
  • +Yr 4:8; Yak 5:1
  • +Hs 4:11
  • +Gus 28:39; Yes 32:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 15

Yoweli 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:2
  • +Ivh 9:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 15-16

Yoweli 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:6
  • +Yr 5:17; 8:13
  • +Yr 48:32

Yoweli 1:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 7:18

Yoweli 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:1; Yw 2:14
  • +Kv 29:40; Hs 9:4
  • +2Ng 13:10
  • +Yw 2:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 16

Yoweli 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:30
  • +Lw 26:20; Yr 4:28; 14:2
  • +Gus 28:39; Yes 24:7; Hs 9:2
  • +Gus 28:40

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 16

Yoweli 1:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Sayiri” ni igiterwa kimeze nk’ingano.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:4
  • +Yes 17:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 16

Yoweli 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:20
  • +Yes 24:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 16

Yoweli 1:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:8; Ezk 7:18
  • +Kv 30:20; 1Kr 9:13
  • +Lw 2:8
  • +Gh 29:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 16

Yoweli 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:3; Yw 2:15
  • +Lw 23:36; Neh 8:18
  • +2Ng 20:13; Neh 9:1
  • +Gus 4:30; Zb 50:15; Yon 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 16-17

Yoweli 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:7
  • +Yes 13:6; Yw 2:1; Zf 1:7, 14; 2:2; 2Pt 3:10; Ivh 6:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 17

Yoweli 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:7

Yoweli 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:5; Yr 12:4; Hs 4:3

Yoweli 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:15; 91:15; Mik 7:7; Hab 3:18; Fp 4:6
  • +Yr 9:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 17

Yoweli 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:41; Zb 104:21; 145:15; 147:9
  • +1Bm 17:7; 18:5; Yr 14:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yow. 1:12Pt 1:21
Yow. 1:2Zb 49:1; Am 3:1
Yow. 1:2Yw 2:2
Yow. 1:3Kv 10:14; 13:14; Gus 6:7; 29:22; Zb 78:4
Yow. 1:4Kv 10:15; Gus 28:38; Am 4:9
Yow. 1:4Yw 2:25
Yow. 1:5Yes 28:1; Am 6:6; Lk 21:34
Yow. 1:5Yr 4:8; Yak 5:1
Yow. 1:5Hs 4:11
Yow. 1:5Gus 28:39; Yes 32:10
Yow. 1:6Yw 2:2
Yow. 1:6Ivh 9:8
Yow. 1:7Yes 5:6
Yow. 1:7Yr 5:17; 8:13
Yow. 1:7Yr 48:32
Yow. 1:8Ezk 7:18
Yow. 1:9Lw 2:1; Yw 2:14
Yow. 1:9Kv 29:40; Hs 9:4
Yow. 1:92Ng 13:10
Yow. 1:9Yw 2:17
Yow. 1:10Gus 28:30
Yow. 1:10Lw 26:20; Yr 4:28; 14:2
Yow. 1:10Gus 28:39; Yes 24:7; Hs 9:2
Yow. 1:10Gus 28:40
Yow. 1:11Yr 14:4
Yow. 1:11Yes 17:11
Yow. 1:12Lw 26:20
Yow. 1:12Yes 24:11
Yow. 1:13Yr 4:8; Ezk 7:18
Yow. 1:13Kv 30:20; 1Kr 9:13
Yow. 1:13Lw 2:8
Yow. 1:13Gh 29:6
Yow. 1:142Ng 20:3; Yw 2:15
Yow. 1:14Lw 23:36; Neh 8:18
Yow. 1:142Ng 20:13; Neh 9:1
Yow. 1:14Gus 4:30; Zb 50:15; Yon 3:8
Yow. 1:15Yr 30:7
Yow. 1:15Yes 13:6; Yw 2:1; Zf 1:7, 14; 2:2; 2Pt 3:10; Ivh 6:17
Yow. 1:16Gus 12:7
Yow. 1:181Bm 18:5; Yr 12:4; Hs 4:3
Yow. 1:19Zb 50:15; 91:15; Mik 7:7; Hab 3:18; Fp 4:6
Yow. 1:19Yr 9:10
Yow. 1:20Yb 38:41; Zb 104:21; 145:15; 147:9
Yow. 1:201Bm 17:7; 18:5; Yr 14:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Yoweli 1:1-20

Yoweli

1 Ng’iri ijambo rya Yehova ryaje+ kuri Yoweli mwene Petuweli:

2 “Nimwumve ibi, yemwe bagabo b’inararibonye, mutege ugutwi yemwe ababa mu gihugu mwese+. Mbega ibi vyarigeze kuba mu misi yanyu, canke mbere mu misi ya ba sogokuruza banyu+? 3 Nimuvyiganire abana banyu, abana banyu bavyiganire abana babo, abana babo na bo bavyiganire iyaruka rikurikira+. 4 Ivyasigajwe n’ikinyabwoya, uruzige rwabiriye+; kandi ivyasigajwe n’uruzige, uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwabiriye; kandi ivyo uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwasigaje, inyenzi yabiriye+.

5 “Ikangure mwa mborerwa+ mwe, murire; nimuboroge+, mwa banywi b’umuvinyu mwese, kubera umuvinyu usosa+, kuko ukuwe ku minwa yanyu+. 6 Kuko hari ihanga riduze mu gihugu canje, ihanga ry’inkomezi kandi ritagira igitigiri+. Amenyo yaryo ni amenyo y’intambwe+, kandi rifise imibangabanga y’intambwe. 7 Umuzabibu wanje riwugize akajoreza+, igiti canje c’umusukoni na co rigisiga ari igishitsi+. Ryagikokoye rigisiga amenya, riragishibura+. Amashami yaco asigaye yera. 8 Nimuboroge, nk’uko umwigeme w’isugi akenyeye igunira*+ aborogera uwomubereye umugabo mu buto bwiwe.

9 “Ishikanwa ry’intete+ be n’ishikanwa ry’ikinyobwa+ vyatswe inzu ya Yehova; abaherezi, abasuku+ ba Yehova, bagandaye+. 10 Umurima wanyazwe+, ubutaka bwagiye mu kigandaro+; kuko intete zinyazwe, umuvinyu mushasha wakamijwe+, amavuta yadorongeye+. 11 Abarimyi bamaramaye+; abakozi bo mu murima w’imizabibu baboroze, kubera ingano no kubera sayiri*; kuko umwimbu w’umurima watikiye+. 12 Umuzabibu wumye, mbere n’igiti c’umusukoni cayāmye. Nayo igiti c’ikomamanga, n’ikigazi be n’igiti c’ipome, ibiti vyose vyo mu murima, vyumye+; kuko umwigino wamaramaye ugahunga abana b’abantu+.

13 “Nimukenyere, mwikubitagure ku bikiriza+, yemwe baherezi. Nimuboroge, yemwe basuku bo ku gicaniro*+. Nimwinjire, murare mu magunira, yemwe basuku b’Imana yanje; kuko bimye inzu y’Imana yanyu ishikanwa ry’intete+ n’ishikanwa ry’ikinyobwa+. 14 Nimweze igihe co kwisonzesha+. Nimukoranye ikoraniro ry’agakūra+. Nimukoranirize hamwe abagabo b’inararibonye, ababa mu gihugu bose, mubakoranirize ku nzu ya Yehova Imana yanyu+, mutabaze Yehova+.

15 “Ewe musi uraho+! kuko umusi wa Yehova uri hafi+, kandi uzoza nk’ukunyaga kuvuye kuri Mushoboravyose! 16 Mbega ibifungurwa ntibikuwe imbere y’amaso yacu, umunezero n’akanyamuneza bigakurwa mu nzu y’Imana yacu+? 17 Insukoni zumye zikabiraniye munsi y’ibiyozo vyazo. Ibigega bisizwe ari umusaka. Inzu z’ubushinguro zasambuwe, kuko intete zumye. 18 Ewe kuntu ibitungwa vyanishe! Ewe kuntu ubusho bw’inka bwayerereye bujuragirika! Kuko butagira uburagiriro+. Ubusho bw’intama na bwo nyene bugizwe ubwo kwagirwa n’icaha.

19 “Ni wewe nzohamagara, ewe Yehova+; kuko umuriro warigase amatongo y’uburagiriro yo mu gahinga, n’urubeya rukayigiza ibiti vyose vyo mw’ishamba+. 20 N’ibikoko vyo mw’ishamba bicambirwa wewe+, kubera ko imigezi y’amazi yakamye+, n’umuriro warigase amatongo y’uburagiriro yo mu gahinga.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika