Itanguriro 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye. Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: Abaroma 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko mvuga yuko Kristu mu vy’ukuri yacitse umusuku+ w’abagenyerewe+ ku bw’ukuri kw’Imana+, kugira ngo yemeze imihango+ Imana yahaye ba sekuruza babo, Abagalatiya 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Twebwe rero ga bene wacu, turi abana b’umuhango nka kumwe kwa Izahaki+.
7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+:
8 Kuko mvuga yuko Kristu mu vy’ukuri yacitse umusuku+ w’abagenyerewe+ ku bw’ukuri kw’Imana+, kugira ngo yemeze imihango+ Imana yahaye ba sekuruza babo,