Ivyahishuwe 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Shetani+ umwe yahora abazimiza aca araririzwa muri ca kiyaga c’umuriro n’amazuku, ahari hamaze kuja ca gikoko+ na wa muhanuzi w’ikinyoma+; kandi bazobabazwa umurango n’ijoro ibihe bitazoshira.
10 Shetani+ umwe yahora abazimiza aca araririzwa muri ca kiyaga c’umuriro n’amazuku, ahari hamaze kuja ca gikoko+ na wa muhanuzi w’ikinyoma+; kandi bazobabazwa umurango n’ijoro ibihe bitazoshira.