Itanguriro 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ku vyerekeye igiti c’ubumenyi bw’iciza n’ikibi, ntuze ukiryeko, kuko umusi wakiriyeko uzopfa ata kabuza+.” Umusiguzi 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.
17 Mugabo ku vyerekeye igiti c’ubumenyi bw’iciza n’ikibi, ntuze ukiryeko, kuko umusi wakiriyeko uzopfa ata kabuza+.”
13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.