ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 31:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko Rasheli na Leya barishura, bamubwira bati: “Mbega hari umuturi w’intoranwa tugifise mu nzu ya data+?

  • Itanguriro 31:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Naho data wagiye koko, kuko wari ushashaye cane inzu ya so, kubera iki none wivye imana zanje+?”

  • Itanguriro 35:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Yakobo abwira urugo rwiwe n’abari kumwe na we bose ati: “Mushire kure imana z’inyamahanga ziri hagati muri mwebwe+, mwihumanure kandi muhindure imitamana yanyu+,

  • Yosuwa 24:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Yosuwa abwira abantu bose ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Hakurya ya rwa Ruzi+ ni ho ba sogokuruza banyu+ baba kera, harimwo na Tera se wa Aburahamu akaba na se wa Nahori+, kandi bakorera izindi mana.

  • Ezekiyeli 21:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko umwami wa Babiloni yahagaze ku masanganzira, ku mutwe wa nya nzira zibiri, kugira ngo yikore ku buraguzi+. Yazungagije imyampi. Yasiguje biciye kuri terafimu*+; yaravye mu gitigu.

  • Zakariya 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika