Abalewi 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Mu gihe na ho umukobwa w’umuherezi yokwihumanya mu gukora ubumaraya, aba ariko ahumanya se. Akwiye guturirwa mu muriro+. Gusubira mu vyagezwe 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ba se ntibakwiye kwicwa bazira abana, kandi n’abana ntibakwiye kwicwa bazira ba se+. Umwe wese azopfa ahowe igicumuro ciwe bwite+.
9 “‘Mu gihe na ho umukobwa w’umuherezi yokwihumanya mu gukora ubumaraya, aba ariko ahumanya se. Akwiye guturirwa mu muriro+.
16 “Ba se ntibakwiye kwicwa bazira abana, kandi n’abana ntibakwiye kwicwa bazira ba se+. Umwe wese azopfa ahowe igicumuro ciwe bwite+.