Itanguriro 46:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mu gihugu ca Misiri Yozefu ahavyarira Manase+ na Efurayimu+, abo Asenati+ umukobwa wa Potifera umuherezi w’i Oni yamuvyariye.
20 Mu gihugu ca Misiri Yozefu ahavyarira Manase+ na Efurayimu+, abo Asenati+ umukobwa wa Potifera umuherezi w’i Oni yamuvyariye.