2 Abakorinto 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 ku buryo nyabuna ubu mwari mukwiye kumubabarira n’umutima mwiza+ mukongera mukamuhoza, kugira ngo uwo muntu ntahave amirwa n’umubabaro urenze+.
7 ku buryo nyabuna ubu mwari mukwiye kumubabarira n’umutima mwiza+ mukongera mukamuhoza, kugira ngo uwo muntu ntahave amirwa n’umubabaro urenze+.