ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 45:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uzoba mu gihugu ca Gosheni+, kandi uzoguma hafi yanje, mwe n’abahungu bawe, n’abahungu b’abahungu bawe, n’imikuku yawe n’amasho yawe, n’ivyawe vyose.

  • Kuvayo 8:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi kuri uwo musi, intara ya Gosheni abantu banje bahagazeko nzoyigira koko iyitandukanye n’ahandi, ku buryo ata kibugu na kimwe kihaba+; kugira umenye yuko jewe ndi Yehova hagati mw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika