Itanguriro 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.” Yakobo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko ubwoko bwose bw’ibikoko hamwe n’inyoni n’ibikwega inda hasi n’ibiremwa vyo mu mazi bugundwa, kandi bwaragunzwe n’abantu+.
26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.”
7 Kuko ubwoko bwose bw’ibikoko hamwe n’inyoni n’ibikwega inda hasi n’ibiremwa vyo mu mazi bugundwa, kandi bwaragunzwe n’abantu+.