ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Inyuma y’ivyo Imana yibuka+ Nowa n’igikoko cose n’igitungwa cose cari kumwe na we mu bwato+, maze Imana icisha umuyaga hejuru y’isi, amazi atangura guhwama+.

  • Itanguriro 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ibinyabuzima vyose biri kumwe nawe vy’ubwoko bwose bw’umubiri+, mu biremwa biguruka+ no mu bitungwa+ be no mu bikoko bigendagenda vyose bigendagenda kw’isi+, nubisohore kumwe nawe, kuko bitegerezwa kugwirirana mw’isi, bikarondoka kandi bikagwira kw’isi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika