Kuvayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ivuga iti: “Kuko nzoba ndi kumwe nawe+, kandi iki ni co kizokubera ikimenyetso c’uko ari jewe nagutumye+: Niwamara gukura abo bantu mu Misiri, muzokorera Imana y’ukuri kuri uyu musozi+.”
12 Nuko ivuga iti: “Kuko nzoba ndi kumwe nawe+, kandi iki ni co kizokubera ikimenyetso c’uko ari jewe nagutumye+: Niwamara gukura abo bantu mu Misiri, muzokorera Imana y’ukuri kuri uyu musozi+.”