Imigani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umuntu mubi afatwa n’umutego w’ukugabitanya kw’iminwa+, mugabo umugororotsi arava mu marushwa+. Imigani 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uwupfuka ikigabitanyo aba arondera urukundo+, kandi uwuguma avugavuga ikintu aba ariko atandukanya abasanganywe+. Abanyefeso 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubusambanyi+ n’ubuhumane bw’ubwoko bwose canke umunoho+, no kuvugwa ntibikavugwe muri mwebwe+, nk’uko bibereye abantu beranda+;
9 Uwupfuka ikigabitanyo aba arondera urukundo+, kandi uwuguma avugavuga ikintu aba ariko atandukanya abasanganywe+.
3 Ubusambanyi+ n’ubuhumane bw’ubwoko bwose canke umunoho+, no kuvugwa ntibikavugwe muri mwebwe+, nk’uko bibereye abantu beranda+;