Itanguriro 37:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yakobo aca atantamura imitamana yiwe maze akenyera igunira* mu mafyinga, agandarira umuhungu wiwe imisi myinshi+. Kuvayo 22:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko ari yo yonyene afise yipfuka+. Ni umutamana wiwe wo gupfuka urukoba rwiwe. None azoryama mu ki? Azondirira, nanje sinzobura kumwumva, kuko ndi umunyempuhwe+.
34 Yakobo aca atantamura imitamana yiwe maze akenyera igunira* mu mafyinga, agandarira umuhungu wiwe imisi myinshi+.
27 Kuko ari yo yonyene afise yipfuka+. Ni umutamana wiwe wo gupfuka urukoba rwiwe. None azoryama mu ki? Azondirira, nanje sinzobura kumwumva, kuko ndi umunyempuhwe+.