Zaburi 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+. Imigani 29:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Iyo ababisha babaye benshi, ukugabitanya kuragwira; mugabo abantu b’abagororotsi bazokwitegereza itemba ryabo+. Malaki 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Namwe ntimuzobura kwongera kubona ubudasa buri hagati y’umugororotsi n’umubisha+, hagati y’uwukorera Imana n’uwutayikoreye+.”
10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+.
16 Iyo ababisha babaye benshi, ukugabitanya kuragwira; mugabo abantu b’abagororotsi bazokwitegereza itemba ryabo+.
18 Namwe ntimuzobura kwongera kubona ubudasa buri hagati y’umugororotsi n’umubisha+, hagati y’uwukorera Imana n’uwutayikoreye+.”