Itanguriro 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ariko isezerano ryanje nzorishinga hamwe na Izahaki+, uwo Sara azokuvyarira mu mwaka uza kuri iki gihe cashinzwe+.” Itanguriro 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.” 2 Abami 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ariko uwo mugore aribungenga hanyuma yibaruka umuhungu+ mu mwaka ukurikira kuri ico gihe cashinzwe, nk’uko Elisha yari yaramubwiye+. Abaroma 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ijambo ry’umuhango ryavuga uku: “Nk’aya mango nzoza, kandi Sara azoronka umuhungu+.”
21 Ariko isezerano ryanje nzorishinga hamwe na Izahaki+, uwo Sara azokuvyarira mu mwaka uza kuri iki gihe cashinzwe+.”
14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.”
17 Ariko uwo mugore aribungenga hanyuma yibaruka umuhungu+ mu mwaka ukurikira kuri ico gihe cashinzwe, nk’uko Elisha yari yaramubwiye+.