1 Samweli 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko Hana ntiyaduga+, kuko yari yabwiye umugabo wiwe ati: “Aka gahungu kakimara gucuka+, nzokajana ata kabuza, gaseruke imbere ya Yehova, kabeyo gushika igihe kitagira urugero*+.”
22 Ariko Hana ntiyaduga+, kuko yari yabwiye umugabo wiwe ati: “Aka gahungu kakimara gucuka+, nzokajana ata kabuza, gaseruke imbere ya Yehova, kabeyo gushika igihe kitagira urugero*+.”