Itanguriro 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umumarayika wa Yehova yongera kumubwira ati: “Ehe uribungenze; uzokwibaruka umuhungu kandi uze umwite Ishimayeli+; kuko Yehova yumvise amarushwa yawe+. Zaburi 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko atasuzuguye+Canke ngo aterwe ishishi n’amarushwa y’umurushwa+;Kandi ntiyamuhishije mu maso hiwe+,Kandi igihe yamutabaza yarumvise+. Zaburi 68:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imana, ahantu hayo heranda iba+,Ni se w’impfuvyi* ikaba n’umucamanza w’abapfakazi+. Zaburi 146:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+.
11 Umumarayika wa Yehova yongera kumubwira ati: “Ehe uribungenze; uzokwibaruka umuhungu kandi uze umwite Ishimayeli+; kuko Yehova yumvise amarushwa yawe+.
24 Kuko atasuzuguye+Canke ngo aterwe ishishi n’amarushwa y’umurushwa+;Kandi ntiyamuhishije mu maso hiwe+,Kandi igihe yamutabaza yarumvise+.
9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+.