Itanguriro 33:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ndakwinginze wakire ingabirano iserura umuhezagiro wanje wazaniwe+, kuko Imana yantonesheje kandi nkaba mfise ikintu cose+.” Nuko abandanya kumwinginga, ku buryo yakira+. Imigani 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ingabirano ni ibuye rikwega ubutoni mu maso ya nyeneyo ahambaye+. Iyo ahindukirira hose araroranirwa+.
11 Ndakwinginze wakire ingabirano iserura umuhezagiro wanje wazaniwe+, kuko Imana yantonesheje kandi nkaba mfise ikintu cose+.” Nuko abandanya kumwinginga, ku buryo yakira+.
8 Ingabirano ni ibuye rikwega ubutoni mu maso ya nyeneyo ahambaye+. Iyo ahindukirira hose araroranirwa+.