Itanguriro 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu nyuma ava ng’aho aja mu karere k’imisozi mu buseruko bwa Beteli+ maze ashinga ihema ryiwe ku buryo Beteli haherera mu burengero, Ayi+ na ho mu buseruko. Maze yubakira igicaniro Yehova+ ng’aho araheza atangura kwambaza izina rya Yehova+. Itanguriro 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Izahaki yubaka igicaniro ng’aho, yambaza izina rya Yehova+ kandi ahashinga ihema ryiwe+, maze abasuku biwe batangura kuhimba iriba.
8 Mu nyuma ava ng’aho aja mu karere k’imisozi mu buseruko bwa Beteli+ maze ashinga ihema ryiwe ku buryo Beteli haherera mu burengero, Ayi+ na ho mu buseruko. Maze yubakira igicaniro Yehova+ ng’aho araheza atangura kwambaza izina rya Yehova+.
25 Nuko Izahaki yubaka igicaniro ng’aho, yambaza izina rya Yehova+ kandi ahashinga ihema ryiwe+, maze abasuku biwe batangura kuhimba iriba.