Abacamanza 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Na we amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, ukwiye rero kunkorera ikimenyetso cerekana ko ari wewe uriko uvugana nanje+. Abacamanza 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze bamubwira bati: “Turakwinginze usiguze+ Imana+ kugira tumenye niba inzira yacu, inzira tujanye, izororanirwa.”
17 Na we amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, ukwiye rero kunkorera ikimenyetso cerekana ko ari wewe uriko uvugana nanje+.
5 Maze bamubwira bati: “Turakwinginze usiguze+ Imana+ kugira tumenye niba inzira yacu, inzira tujanye, izororanirwa.”