Gusubira mu vyagezwe 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Wewe ubwawe niwegere, wumve ivyo Yehova Imana yacu azoba yavuze vyose. Ni wewe uzotubwira ivyo Yehova Imana yacu azoba yakubwiye vyose+, natwe ntituzobura kuvyumviriza, tubikore.’ Yosuwa 24:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yosuwa aca abwira abantu ati: “Muri ivyabona bibagiriza+ yuko mwihitiyemwo Yehova, kugira mumukorere+.” Na bo bavuga bati: “Turi ivyabona.”
27 Wewe ubwawe niwegere, wumve ivyo Yehova Imana yacu azoba yavuze vyose. Ni wewe uzotubwira ivyo Yehova Imana yacu azoba yakubwiye vyose+, natwe ntituzobura kuvyumviriza, tubikore.’
22 Yosuwa aca abwira abantu ati: “Muri ivyabona bibagiriza+ yuko mwihitiyemwo Yehova, kugira mumukorere+.” Na bo bavuga bati: “Turi ivyabona.”