Kuvayo 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko babandanya kuvuga bati: “Imana y’Abaheburayo yabonanye natwe+. Turakwinginze uturekure, dushaka kugenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, dushikanire ikimazi Yehova Imana yacu+; ahandiho yoduteza ikiza canke akadukubita inkota+.”
3 Ariko babandanya kuvuga bati: “Imana y’Abaheburayo yabonanye natwe+. Turakwinginze uturekure, dushaka kugenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, dushikanire ikimazi Yehova Imana yacu+; ahandiho yoduteza ikiza canke akadukubita inkota+.”