Abalewi 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyama z’ikimazi c’ugukenguruka c’ibimazi vyiwe vy’ugusangira, zize ziribwe ku musi w’ishikanwa ryiwe. Ntaze agire izo abikako gushika mu gitondo+. Abalewi 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Gikwiye kuribwa kuri uyo musi+. Ntimuze mugire ico musigaza kuri co gushika mu gitondo+. Ndi Yehova. Gusubira mu vyagezwe 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi nta gicumbe gikāta gikwiye kuboneka iwawe mu karere kawe kose mu misi indwi+, eka no ku nyama uzoshikana kw’ikimazi ku mugoroba ku musi wa mbere nta zikwiye kurara gushika mu gitondo+.
15 Inyama z’ikimazi c’ugukenguruka c’ibimazi vyiwe vy’ugusangira, zize ziribwe ku musi w’ishikanwa ryiwe. Ntaze agire izo abikako gushika mu gitondo+.
30 Gikwiye kuribwa kuri uyo musi+. Ntimuze mugire ico musigaza kuri co gushika mu gitondo+. Ndi Yehova.
4 Kandi nta gicumbe gikāta gikwiye kuboneka iwawe mu karere kawe kose mu misi indwi+, eka no ku nyama uzoshikana kw’ikimazi ku mugoroba ku musi wa mbere nta zikwiye kurara gushika mu gitondo+.