Kuvayo 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuri ivyo Musa avuga ati: “Uko uvuze ni ukwo. Sinzosubira kugerageza kubona mu maso hawe+.”