Kuvayo 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Yehova aha abantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri+. Vyongeye uyo mugabo Musa yari ahambaye cane mu gihugu ca Misiri, mu maso y’abasavyi ba Farawo no mu maso y’abantu+. Imigani 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo Yehova ahimbawe n’inzira z’umuntu+, atuma mbere n’abansi biwe bibera amahoro na we+.
3 Nuko Yehova aha abantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri+. Vyongeye uyo mugabo Musa yari ahambaye cane mu gihugu ca Misiri, mu maso y’abasavyi ba Farawo no mu maso y’abantu+.