ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Bazosanza impuzu y’ubururu ku meza+ y’imikate yerekanwa*, kandi baze bayishireko amasahani+, n’ibikombe, n’amabakure+, n’amakarabo y’ishikanwa ry’ikinyobwa; kandi umukate w’ubudasiba+ uze ugume kuri yo.

  • 1 Ngoma 9:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Bamwe mu bahungu b’Abakohati, bene wabo, bari bajejwe imikate igerekeranye+, kugira ngo bayitegure buri sabato+.

  • 2 Ngoma 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 ehe ngira nubakire+ inzu izina+ rya Yehova Imana yanje kugira ngo ndayimwereze+, kugira ngo nturirire imbere yiwe imibavu* imota neza+, habe n’imikate igerekeranye y’ubudasiba+ n’amashikanwa aturirwa, mu gitondo no ku mugoroba+, ku masabato+, ku mboneko z’ukwezi+ no ku biringo vy’imisi mikuru+ vya Yehova Imana yacu. Ivyo ni vyo Isirayeli izobwirizwa kugira gushika igihe kitagira urugero*+.

  • Nehemiya 10:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 ku bw’imikate igerekeranye+, n’ishikanwa ry’intete ry’ubudasiba+, n’ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba ry’amasabato+ n’imboneko z’ukwezi+, ku bw’imisi mikuru yashinzwe+, ku bw’ibintu vyeranda+, no ku bw’amashikanwa y’igicumuro+ yo gutangira impongano* Isirayeli, no ku bw’igikorwa cose c’inzu y’Imana yacu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika