Abalewi 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 “‘Mu gihe na ho umuntu+ acumuye mu kuba yumvise imivumo+ ivuzwe icese, akaba ari icabona canke yabibonye canke yabimenye, natabimenyesha+, azotegerezwa kwishura ikosa ryiwe. Guharura 15:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: “Uwo muntu akwiye kwicwa ata kabuza+: ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye hanze y’ikambi+.” Gusubira mu vyagezwe 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uze umutere amabuye, apfe+, kuko yarondeye kuguhindukiza ngo uve kuri Yehova Imana yawe yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+.
5 “‘Mu gihe na ho umuntu+ acumuye mu kuba yumvise imivumo+ ivuzwe icese, akaba ari icabona canke yabibonye canke yabimenye, natabimenyesha+, azotegerezwa kwishura ikosa ryiwe.
35 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: “Uwo muntu akwiye kwicwa ata kabuza+: ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye hanze y’ikambi+.”
10 Uze umutere amabuye, apfe+, kuko yarondeye kuguhindukiza ngo uve kuri Yehova Imana yawe yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+.