Zaburi 98:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova yamenyesheje ubukiriro bwiwe+;Yahishuye ubugororotsi bwiwe mu maso y’amahanga+. Ezekiyeli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze ngira ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe mu maso y’amahanga barimwo+, kuko nari nimenyekanishije kuri bo mu maso yayo mu kubakura mu gihugu ca Misiri+.
9 Maze ngira ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe mu maso y’amahanga barimwo+, kuko nari nimenyekanishije kuri bo mu maso yayo mu kubakura mu gihugu ca Misiri+.