ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Umuntu niyahemuka mu gucumura ku bintu vyeranda vya Yehova bivuye ku kwihenda+, bwa shikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ aze azanire Yehova impfizi y’intama itagira agahonzi ivuye mu mukuku, hisunzwe agaciro kagereranijwe muri shekeli+ z’ifeza, hisunzwe shekeli y’ahantu heranda, ribe ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha.

  • Guharura 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku vyerekeye umugabo canke umugore, mu gihe akoze ico ari co cose mu bicumuro vyose abantu bakora, mu guhemukira Yehova, uwo muntu* azoba yagiriwe n’icaha+.

  • Zaburi 51:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,

      Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,

      Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,

      Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika