ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Kubera iki mutaririye rya shikanwa ry’igicumuro ahantu heranda+, kandi ari ikintu ceranda rwose, akaba yakibahaye ngo mwishure ikosa ry’ikoraniro kugira mubatangire impongano imbere ya Yehova+?

  • Guharura 18:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ivyo bizoba ivyawe bikuwe ku bintu vyeranda rwose, kw’ishikanwa rishikanishwa umuriro, ishikanwa ryabo ryose hamwe n’ishikanwa ry’intete+ ryabo ryose n’ishikanwa ry’igicumuro+ ryabo ryose n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ ryabo ryose, ivyo bazonsubiza. Ni ikintu ceranda rwose cawe n’abahungu bawe.

  • Ezekiyeli 44:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ishikanwa ry’intete be n’ishikanwa ry’igicumuro be n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, ni bo bazoyarya+. Kandi ikintu cose cagizwe inyegu muri Isirayeli kizoba rwabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika