1 Petero 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 hisunzwe ukumenya imbere y’igihe kw’Imana ari yo Data+, mu kwezwa n’impwemu+, kugira ngo bagamburuke kandi bamijagirwe+ amaraso ya Yezu Kristu+: Ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro vyongerezwe kuri mwebwe+.
2 hisunzwe ukumenya imbere y’igihe kw’Imana ari yo Data+, mu kwezwa n’impwemu+, kugira ngo bagamburuke kandi bamijagirwe+ amaraso ya Yezu Kristu+: Ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro vyongerezwe kuri mwebwe+.