ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Kandi nimba umuntu acumuye mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa, naho yoba atari yabimenye+, ntikibuza ko yagirwa n’icaha, kandi ategerezwa kwishura ikosa ryiwe+.

  • Abalewi 19:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi uwukiriye azokwishura ikosa ryiwe+, kuko azoba ahumanije ikintu ceranda ca Yehova. Uyo muntu ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo.

  • Guharura 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ariko mu gihe nya muntu yoba yari uwudahumanye canke akaba atari ku rugendo maze agafata minenegwe ivyo gutegura ikimazi ca pasika, uwo muntu aze arandurwe mu bantu b’iwabo+, kuko atashikirije ishikanwa rya Yehova ku gihe cashinzwe caryo. Uwo muntu azokwishura igicumuro ciwe+.

  • Ezekiyeli 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ndaheza mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Raba! Simpumanye+; eka kuva mu buto bwanje sinigeze ndya umuvyimba w’icamaze gupfa canke igikoko catabaguwe, gushika n’ubu+, kandi nta nyama ihumanye yigeze ija mu kanwa kanje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika