Zaburi 69:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko umwete w’inzu yawe wandiye+,Kandi ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe+. Yesaya 53:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo yaracumitwa+ azira ukugabitanya kwacu+; yarajanjagurwa azira amakosa yacu+. Uguhanwa kwo kutuzanira amahoro kwari kuri we+, kandi kubera ibikomere vyiwe+ twarashoboye gukira+. Abanyefeso 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Egome, muri bo ni ho twese twahora tugendera kera duhuza n’ivyipfuzo vy’umubiri wacu+, dukora ivyo umubiri+ n’ivyiyumviro bigomba, kandi twari dusanzwe turi abana bo kurakirwa+ nk’abandi bose.
5 Mugabo yaracumitwa+ azira ukugabitanya kwacu+; yarajanjagurwa azira amakosa yacu+. Uguhanwa kwo kutuzanira amahoro kwari kuri we+, kandi kubera ibikomere vyiwe+ twarashoboye gukira+.
3 Egome, muri bo ni ho twese twahora tugendera kera duhuza n’ivyipfuzo vy’umubiri wacu+, dukora ivyo umubiri+ n’ivyiyumviro bigomba, kandi twari dusanzwe turi abana bo kurakirwa+ nk’abandi bose.