21 n’ibisagara vyose vyo mu mataba+ n’akarere k’ubwami kose ka Sihoni umwami w’Abamori, uwaganza i Heshiboni+, uwo Musa yakubise+, hamwe n’abakuru ba Midiyani, Evi na Rekemu na Zuri na Huru na Reba+, bakaba bari abatware bo hasi ba Sihoni baba muri ico gihugu.