ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Abazokambika amaja mu buseruko, amaja i burasirazuba, ni umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Yuda hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Yuda akaba ari Nahashoni+ mwene Aminadabu.

  • Guharura 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Rubeni+ uzoba amaja mu bumanuko, hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Rubeni akaba ari Elizuri+ mwene Shedewuri.

  • Guharura 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Efurayimu+, hakurikijwe ingabo zabo, uzoba amaja mu burengero, umukuru wa bene Efurayimu akaba ari Elishama+ mwene Amihudi.

  • Guharura 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Dani uzoba amaja mu buraruko hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Dani akaba ari Ahiyezeri+ mwene Amishadayi.

  • Guharura 2:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nuko bene Isirayeli bakora bisunze ivyo Yehova yari yategetse Musa+ vyose. Ukwo ni ko bakambika mu migabane yabo igizwe n’imiryango itatu+, kandi ukwo ni ko bagenda+, umwe wese akurikije imiryango yiwe, afatiye ku nzu ya ba se.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika