ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘Kandi nimba ikimazi c’ishikanwa ryiwe ari indagano+ canke ishikanwa ritangwa ku bushake+, kize kiribwe ku musi ashikiriza ikimazi ciwe. Ku musi ukurikira, ibisigaye kuri co na vyo nyene vyoshobora kuribwa.

  • Abalewi 22:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Vugana na Aroni n’abahungu biwe na bene Isirayeli bose, ubabwire uti: ‘Umugabo wese wo mu nzu ya Isirayeli, canke kavamahanga wese muri Isirayeli ashikirije ishikanwa ryiwe+, ku bw’iyo ari yo yose mu ndagano zabo+ canke iryo ari ryo ryose mu mashikanwa yabo atangwa ku bushake+, iryo boshikiriza Yehova ngo ribe ishikanwa riturirwa,

  • Abalewi 22:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘Kandi mu gihe umugabo yoshikiriza Yehova ikimazi c’ugusangira+ kugira ashitse indagano+ canke akagishikiriza bwa shikanwa ritangwa ku bushake, gikwiye kuba ikitagira agahonzi co mu busho canke mu mukuku, kugira ashimwe. Nta gahonzi na gatoyi gakwiye kuba kuri co.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika