Kuvayo 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ntukarenge ibigo+. Abalewi 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+. Yohani 8:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Mwebwe mukora ibikorwa vya so.” Bamubwira bati: “Ntitwavutse ku busambanyi; dufise Data umwe+, ni Imana.” Abaheburayo 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo nimba mutaronka kwa gutozwa indero bose basangira, mu vy’ukuri muri ibivyarwa+, ntimuri abana.
10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+.
41 Mwebwe mukora ibikorwa vya so.” Bamubwira bati: “Ntitwavutse ku busambanyi; dufise Data umwe+, ni Imana.”
8 Mugabo nimba mutaronka kwa gutozwa indero bose basangira, mu vy’ukuri muri ibivyarwa+, ntimuri abana.