Guharura 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+. Zaburi 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+. Imigani 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni umutego iyo umuntu yakuwe mw’ivu yihutiye gusemerera ngo: “Ni ceranda+!”, maze inyuma y’indagano+ akagomba gusuzuma ibintu+.
2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+.
4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+.
25 Ni umutego iyo umuntu yakuwe mw’ivu yihutiye gusemerera ngo: “Ni ceranda+!”, maze inyuma y’indagano+ akagomba gusuzuma ibintu+.