ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 25:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kuko uwukora ivyo bintu wese, uwugira ivy’akarenganyo wese, ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe+.

  • Yobu 34:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Rero, yemwe bantu muri n’ugutahura+, nimunyumvirize.

      Kirazira yuko Imana y’ukuri yogira ivy’ububisha+,

      Yuko Mushoboravyose yorenganya+!

  • Abaroma 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ariko nimba ukutagororoka kwacu gushira imbere ubugororotsi bw’Imana+, tuvuge iki none? Imana yoba irenganya+ igihe irekura uburake bwayo? (Ndiko mvuga nk’umuntu+.)

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika