-
Gusubira mu vyagezwe 31:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Maze ishavu ryanje rizobarurumbira koko kuri uyo musi+, kandi sinzobura kubata+ no kubahisha mu maso hanje+, bacike ikintu co kuyigizwa. Bazotegerezwa gushikirwa n’ivyago vyinshi n’amarushwa menshi+, kandi kuri uyo musi ntibazobura kuvuga ngo: ‘Mbega ibi vyago ntivyadushikiye kubera ko Imana yacu itari hagati yacu+?’
-