Ezekiyeli 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umukate wanje nari naguhaye—ifu inoze n’amavuta n’ubuki nari naguhaye ngo urye+—emwe, na vyo nyene wabiteretse imbere yavyo ngo bibe akamoto karuhura+, kandi ivyo vyarabandanije kuba,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.” 1 Abakorinto 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Oya; ahubwo mvuga yuko ibintu amahanga ashikana abishikanira amadayimoni*+, ntabishikanira Imana; nanje sinshaka ko muba abasangira n’amadayimoni+.
19 Umukate wanje nari naguhaye—ifu inoze n’amavuta n’ubuki nari naguhaye ngo urye+—emwe, na vyo nyene wabiteretse imbere yavyo ngo bibe akamoto karuhura+, kandi ivyo vyarabandanije kuba,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”
20 Oya; ahubwo mvuga yuko ibintu amahanga ashikana abishikanira amadayimoni*+, ntabishikanira Imana; nanje sinshaka ko muba abasangira n’amadayimoni+.