Gusubira mu vyagezwe 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi aya majambo ndagutegetse uno musi aze abe ku mutima wawe+; Gusubira mu vyagezwe 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Kandi mutegerezwa gushira aya majambo yanje ku mutima wanyu+ no ku muzirikanyi* wanyu, mukayabohera ku kuboko kwanyu nk’ikimenyetso, kandi aze abe nk’agatengaruhanga hagati y’amaso yanyu+.
18 “Kandi mutegerezwa gushira aya majambo yanje ku mutima wanyu+ no ku muzirikanyi* wanyu, mukayabohera ku kuboko kwanyu nk’ikimenyetso, kandi aze abe nk’agatengaruhanga hagati y’amaso yanyu+.