ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yehova niyaha akaruhuko bene wanyu nk’uko yagahaye mwebwe, na bo bakigarurira igihugu Yehova Imana yanyu agira abahe+, ni ho rero muzogaruka mu gihugu muzokwiganzira maze mucigarurire+, ico Musa umusavyi wa Yehova yabahaye ku ruhande rwa Yorodani ruherereye iyo izuba rirasira+.’”

  • Yosuwa 22:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ubu rero Yehova Imana yanyu yahaye bene wanyu akaruhuko, nk’uko nyene yabasezeraniye+. None rero nimuhindukire, muje ku mahema yanyu mu gihugu mwigabira, ico Musa umusavyi wa Yehova yabahaye hakurya ya Yorodani+.

  • Yosuwa 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Hanyuma ababwira ati: “Nimusubire ku mahema yanyu muri n’ubutunzi bwinshi n’ibitungwa vyinshi cane, n’ifeza n’inzahabu n’umujumpu n’icuma n’impuzu nyinshi cane+. Mwebwe hamwe na bene wanyu mutore umuturi wanyu w’isahu+ ry’abansi banyu.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika