Yosuwa 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Musa umusavyi wanje yapfuye+; ubu rero haguruka, ujabuke uru ruzi Yorodani, wewe n’aba bantu bose, mwinjire mu gihugu ngira ndabahe, egome, ico ngira mpe bene Isirayeli+. Ivyakozwe 7:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kandi ba sogokuruza bacu barisigaranye, na bo nyene bararizanye bari kumwe na Yosuwa+ baryinjiza mu gihugu cagabwa n’amahanga+, ayo Imana yirukanye imbere ya ba sogokuruza bacu+. Aho ni ho ryagumye gushika mu misi ya Dawidi.
2 “Musa umusavyi wanje yapfuye+; ubu rero haguruka, ujabuke uru ruzi Yorodani, wewe n’aba bantu bose, mwinjire mu gihugu ngira ndabahe, egome, ico ngira mpe bene Isirayeli+.
45 Kandi ba sogokuruza bacu barisigaranye, na bo nyene bararizanye bari kumwe na Yosuwa+ baryinjiza mu gihugu cagabwa n’amahanga+, ayo Imana yirukanye imbere ya ba sogokuruza bacu+. Aho ni ho ryagumye gushika mu misi ya Dawidi.