Abacamanza 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nanje rero navuze nti: ‘Sinzobirukana imbere yanyu; bazobabera koko imitego+, imana zabo na zo zibabere ikibakwegakwega+.’” Abacamanza 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 nanje sinzokwongera kwirukana imbere yabo ihanga na rimwe mu mahanga Yosuwa yasize igihe yapfa+, Abacamanza 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kwa Kushani-rishatayimu umwami wa Mezopotamiya+; bene Isirayeli babandanya gukorera Kushani-rishatayimu imyaka umunani.
3 Nanje rero navuze nti: ‘Sinzobirukana imbere yanyu; bazobabera koko imitego+, imana zabo na zo zibabere ikibakwegakwega+.’”
8 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kwa Kushani-rishatayimu umwami wa Mezopotamiya+; bene Isirayeli babandanya gukorera Kushani-rishatayimu imyaka umunani.