Guharura 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Sihoni ntiyemerera Isirayeli guca mu karere kiwe+, mugabo Sihoni akoranya abantu biwe bose maze asohoka guhura na Isirayeli mu gahinga, ashika i Yahazi+ hanyuma atangura kurwana na Isirayeli. Nehemiya 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Wabahaye ubwami+ n’ibisata vy’abantu, ubigabanganya igipande ku kindi+; ku buryo bigarurira igihugu ca Sihoni+, egome, igihugu c’umwami wa Heshiboni+, n’igihugu ca Ogi+ umwami wa Bashani+.
23 Sihoni ntiyemerera Isirayeli guca mu karere kiwe+, mugabo Sihoni akoranya abantu biwe bose maze asohoka guhura na Isirayeli mu gahinga, ashika i Yahazi+ hanyuma atangura kurwana na Isirayeli.
22 “Wabahaye ubwami+ n’ibisata vy’abantu, ubigabanganya igipande ku kindi+; ku buryo bigarurira igihugu ca Sihoni+, egome, igihugu c’umwami wa Heshiboni+, n’igihugu ca Ogi+ umwami wa Bashani+.